💃🎤 Paroles de chanson Française et Internationnales 🎤💃
|
|
A B C D E F G H I J K L M N O P Q R S T U V W X Y Z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9
Titre : Ubwiza
Ubwiza bwawe mwami ehe bwuzuye hano
Nanje nciye bugufi mpfukamy´ imbere yawe
Mwami ikingenza ngaha n´ugusuk´ ubumote
Bw´ishimwe ryanje Yesu ku birenge vyawe
Mpwemu w´imana nzima
Nyiganyiza kino kibanza
Rungika za ndimi zisha
(Ubwiza bwawe mwami ehe bwuzuye hano
Nanje nciye bugufi mpfukamy´ imbere yawe
Mwami ikingenza ngaha n´ugusuk´ ubumote
Bw´ishimwe ryanje Yesu ku birenge vyawe
Mpwemu w´imana nzima
Nyiganyiza kino kibanza
Rungika za ndimi zisha
Manitse amaboko yanje ndakwihaye mukiza
Nje mu mababa Yawe mana kure y´amaso y´abantu
Data Yesu mpwemu)
Ubwiza bwawe mwami ehe bwuzuye hano
Nanje nciye bugufi mpfukamy´ imbere yawe
Mwami ikingenza ngaha n´ugusuk´ ubumote
Bw´ishimwe ryanje Yesu ku birenge vyawe
Mpwemu w´imana nzima
Nyiganyiza kino kibanza
Rungika za ndimi zisha
Manitse amaboko yanje ndakwihaye mukiza
Nje mu mababa Yawe mana kure y´amaso y´abantu
Data Yesu mpwemu