Wa gusenga, wa gusenga Amababa yaw´ ajana Ivyo nsaba kuri Data Yiteze kump´ umugisha Kw ari we nzigak´ ubuntu Sinzoreka kumusenga Nzomukorer´ amaganya Ntazokwanka kunduhura
Kand´ igihe kizoshika Mbon´ ibiri kure vyose Vy´ igihugu citereye Hariy´ i wacu mw ijuru Ni ho nzoca nterurirwa
Njanwe n´abamarayika Ndirimban´ umunezero Nt´ Ugusenga ni gukuru