Uhoraho nama ntangazwa cane N´ivyaremwe n´ibiganza vyawe Inyenyeri n´uguhindakw´inkuba Vyerekanaububashabwawe Mwami Mana ndakuririmbira
Uri nkuru uri Nkuru Mwami Mana ndakuririmbira Uri nkuru uri Nkuru
Iyongenda mw´ishambary´ikibira Numv´inyoni uko ziririmba Ndikumpinga ndende ndaba mu mwonga Mbon´imigezi numv´umuyaga Mwami Mana ndakuririmbira Uri nkuru uri Nkuru Mwami Mana ndakuririmbira Uri nkuru uri Nkuru
Iyo nibutse ko Mana watanze Umwana wawe k´umusaraba Imitwaro yanje akayikorera Yampfiriye ngombe umwana wawe Mwami Mana ndakuririmbira
Uri nkuru uri Nkuru Mwami Mana ndakuririmbira Uri nkuru uri Nkuru
Kristo azozanana n´impunduziwe Azonjana mu rugo kwa Data Nzopfukama mpimbaz´Imanayanje Mvuz´impundu nti Mana uri Nkuru Mwami Mana ndakuririmbira Uri nkuru uri Nkuru Mwami Mana ndakuririmbira Uri nkuru uri Nkuru Uri nkuru uri Nkuru