💃🎤 Paroles de chanson Française et Internationnales 🎤💃

 A   B   C   D   E   F   G   H   I   J   K   L   M   N   O   P   Q   R   S   T   U   V   W   X   Y   Z   0   1   2   3   4   5   6   7   8   9 
Artiste : Fabrice Nzeyimana
Titre : Yera Yera Yera
Yera, Yera, Yera, Mwam´ Imana yacu
Kare mu gitondo tukuririmbire
Uri n´ububasha, uri n´ikigongwe
Ur´ Ubutatu bur´ Iman´ imwe

Yera, Yera, Yera, eh´ abera bose
Bikubit´ imbere y´ iyiri ku ngoma
Ni yo yamyeho, kand´iriho, kand´ iza
Ibah´ ibihe bitazoshira

Yera, Yera, Yera, Ur´ Iyera rwose
Ubwiza bwawe ntibgorabga n´ababi
Ni wewe wenyene wer´ urusha hose
Data w´ ubuntu, Nyen´ imbabazi

Yera, Yera, Yera, Mwam´ Imana yacu
Ivyaremwe vyose biragutazira
Uri n´ububasha, uri n´ikigongwe
Ur´ Ubutatu bur´ Iman´ imwe