Hommy !! Hommy !! Muntu ugana iwacu Reka nkutume hariya kwa Mama Umubwire yuko mukumbuye Iyo mwibutse Oooh ndasarara Hommy !! hommy!! Muntu uja I Burundi
Ukagera hariya I Bujumbura Kumayira abiri Uti ndabakumbuye Igihe kazoza tubonane !! Uti nanse kubona nicwa nâinzara Nanse kubona Mama yicwa nâinzara Hageze igihe akazi karabura Kuko Abonse rimwe bashamiranye Layla akarira akarira, akabura ikimuhoza Kubwo kubura ico muha
Hariya iwacu kuri ya misozi âiwacu ndahakumbuyeâ Mfise intuntu yo gusubirayo âabiwacu ndabakumbuyeâ Hariya iwacu kuri ca kiyaga âiwacu ndahakumbuyeâ Mfise intuntu yogusubirayo
âAbâiwacu ndabakumbuye
â(#Leyla) papa je t aime uzoza ryari kumbuye kumbuye â
Harya ubuto butegurira ubusaza Inkoni nzokwitwaza mu butama Ni ngombwa Ndayice nkiri muto Sije nabizanye ! Tuvukira mu bibazo Tukongera tukabikuriramwo Kuko tuzira ivyo tutazi Bigatuma tutabona imbere Ooooh!! Oooh!! MANA!!! Ehe amagara yarankitse Mu mahanga mucâabandi Ibibi burya bibaho No kwihangana bikabaho
Ariko uri iwanyu biroroha Ukihanganira vyose
Hariya iwacu kuri ya misozi âiwacu ndahakumbuyeâ Mfise intuntu yo gusubirayo âabiwacu ndabakumbuyeâ Hariya iwacu kuri ca kiyaga âiwacu ndahakumbuyeâ Mfise intuntu yogusubirayo âAbâiwacu ndabakumbuye