Waramutse gute ? waramutse neza? Ko nkuhamagara ntiwitabe Nyitaba basi wumv´ico nkubwira Aho Umbona Nta Mahoro Kubera ya Ncuti yawe Ndazi kumushikira ubu butumwa Mubwire uti vyanse vyanse Kagoheka Vyanse ko amara na kabiri Niwateba Uzosanga yiyahuye ! yiyahuye Uti mimba ari amakosa yiwe Nashimye kuyirengagiza Nkuko ryari isezerano ryokuzo Kwihanganirana Uti nta kamaro ko kwihisha Burigihe iyo duhuye Nimba ari amakosa Narayanubabariye darling
If You Cry, I´m crying You Cry, I´m crying Oh Never Forget that Darling Oh Darling If You Cry, I´m crying You Cry, I´m crying Oh Never Forget that Darling Oh Darling
Tumeshindwa kuelewana ila
Nampenda sana Ajuwe Roho Yangu Anaicoma Kutwa kutukana mapenzi Yamekuwa noma Oh nateseka sana Nimefika Mpaka Dar Kumsaka mondi wa tandale Anieleze nini siri yamafanikio Niweze kukutunza Sijamuona Oh mama sijamuona Kwani wapo wengi kama mimi Walokosewa na leo wameridhika na Wao wapenzi Nagerageje kumwibagira Ariko bimbera umuti urura Mbega nibiki ko agumya umutima Bikamunanira no kunsaba ibambazi Imbabazi nizo zubaka
Nizo Zubaka ingo zabasogukuru Harya ivy´isi ivy´isi n´ubusaaaaa